IGITANGAZA
Mu Burundi Abantu benshi, cane cane abaririmvyi, be n'abakina amafilm ntibaziko ibikorwa vyabo bashira kurubuga ngurukanabumenya ariyo internet bishobora kubavyarira umwimbu usesekaye. Umushingantahe azwi cane kw'izina rya Madudu nawe Mumenyereye cane nko muri: Kacaman anyika numuriro nizindi afise abantu bamukurikira kurubuga rwa yutube bababa hafi ibihumbi mirongitatu (30000 views) twaramutse tumukoreye promotion na team bafatanije. Ubu Ibikorwa vyse akora hama akabishira kumugaragaro azohora asarura umwimbu wavyo. Akabibona wamengo ariko ararota kuko bari bara,ubwiye ko ivyo bintu mu Burundi bidashoboka ariko none ubu yatanguye kwumva akamoto k'umwimbu yabiriye akuya.
Ibaze nawe umuntu ageze kuri urwo rugero ariko yahora akorera ubusa kandi yicaye kugahiye.
Ahera Multimedia Company iboneyeho n'akaryo ko guhoza umuryango waraye ubuze ikibondo. Kacaman atashe akiri muto cane. https://www.youtube.com/watc h?v=oq5rE99wdbs&t=28s

Comments
Post a Comment