IKIRUNDI
Uburyohe bw'urubanza rwawe!
Ahera multimedia Company ni ishirahamwe ryiyemeje gutunganya no gutuma urubanza rwawe rugenda neza kandi rukaryoha cane. Turagurisha kandi tugakotesha ivyuma vy'umuziki hamwe n'ibituma amajwi asohoka, tugatanga impanuro kubifuza kugura ivyuma canke kubitunganya, turamenyekanisha kandi tukamamaza ibikorwa vyanyu.













Egoel kweli . Ngizo indoto twipfuje kuva kera tukabura Aho twoca. Turangire Ahera
ReplyDelete